Saido Ntibazonkiza pour le CAN 2019 Egypte
Saido Ntibazonkiza yarakoze amakosa, yarahanywe bikwiye kutemererwa gukinira umugwi nserukira gihugu imyaka itari mike.
Yarasavye ikigongwe Uburundi n'Abarundi kandi aranasaba ko yojana nabandi guserukira igihugu muri Egypte.
Twihweje neza ukuntu yamye yitaho kugwanira igihugu camwibarutse imbere yuko akora amakosa benshi tutigeze tunamenya neza, akaba yaranasavye ikigongwe. NABABARIRWE, ntawudakorasha.
SIGNATURE YAWE = Jewe nk'Umurundi, nipfuriza ivyiza igihugu canje, NDAMUBABARIYE KANDI NDIFUZA KO YONSERUKIRA MURI EGYPTE.
MERCI POUR VOTRE SIGNATURE
THANK YOU FOR YOUR SIGNATURE
Umurundi Burundi Contacter l'auteur de la pétition