NON AU PROJET DE LOI RETROGRADE SUR LA PRESSE AU BURUNDI

Contacter l'auteur de la pétition

Ce sujet de conversation a été automatiquement créé pour la pétition NON AU PROJET DE LOI RETROGRADE SUR LA PRESSE AU BURUNDI.


Visiteur

#151

2013-04-29 12:41

Loi ayant l'intention de priver la population a l'information;loi faisant reculer notre pays je dirais de l'epoque coloniale, loi contenant les amendes trop lourdes visant la fermeture les mediums
nkunduburundi démocrate

#152

2013-04-29 16:30

Ingorane ziri i Burundi, ngo uwukize isemu yibagirwa icamwirukana. Jewe nibaza ko i Burundi canke ahandi umuntu wese arakeneye kumenya inkuru ziba mu gihugu ciwe atagahotoro karimwo uba mu nzego canke uba nyarucari. Reka rero kwitwaza Abazungu sibo barundi ahubwo dukwiye Abarundi twese kuba tubakomera amashi kuko bamwe bamwe niyo bize abandi niyo bahungiye niyo bashobora gushikiriza ivyiyumviro vyabo vyo kurwanya za ntwaro twiyamiriza nibo batanga amafaranga yo kubaka ya mabarabara ya kaburimbo, ingomero zumuyagankuba, ...ntihagire uzosubira kwigira akagarama rubanza ngo ego mama twarikukiye (kuva dushike kubutegetsi). umurundi wese kuva kumukuru w'igihugu gushika kuri nyarucari arakeneye ko inkuru yatanze iba ibanga aba kubutegetsi uno musi canke ejo ndi mu buzima busanzwe kuko niko bimeze ivyo kwisi. Ikibabaje nuko abarundi mu bwoko bwabo iyo buva bukagera bashitse kubutegetsi baca bigira Imana rugira vyose nuko bayigira mugokora ikibi mu kwica, mu kwiba, mu gutoteza abo batavuga rumwe, ... bagaca bibagirwa iyo bahora. Dusabe abarongozi dufise bashireho itegeko ryemerwa nayo makungu kuko ariyo adutunze kandi noneho nico CNDD/FDD yaharaniye.

Visiteur

#153 Re: Re: Re: Re: Re: Re:

2013-04-29 17:42

#149: - Re: Re: Re: Re: Re:  

 qui vous paie?


Visiteur

#154

2013-04-29 17:56

la liberté de la presse étant garantie dans toutes les constitutions du Monde, nous sommes très inquiet de la façon d'agir du politique au Burundi. Que Monsieur le président du Burundi puisse jeté un regard d'homme d'Etat en ce projet afin d'éviter tout dérapage de la démocratie. En notre niveau, nous osons croire que le chef d'état agira en tant que garant de la nation. chers confrères et consœurs saisissons la balle au bon et disons non à ce projet de loi, vous avez le soutient des pays de la région.

Visiteur

#155 WIYOTS'IKI!!

2013-04-29 18:56


Visiteur

#156 Vous serez tous désolé.

2013-04-29 19:00

Un jour, ceux en faveur de cette loi restreignant la liberté d'expression au Burundi aura désolé qu'ils étaient sur ​​le mauvais côté du débat! Vos générations futures seront déshonorés.

Visiteur

#157

2013-04-29 19:46

En voulant faire taire les medias, le gouvernement a surement l'intention de rendre opaque les actions dictatoriales dont nous observons. C'est contraire à la democratie transparente où le peuple aura l'occasion de sanctionner ce gouvernement par rapport à ses dérives autoritaires.
Mon rêve est de voir tout Burundais exprimer ses opinions sans crainte de se voir tué ou torturé par le pouvoir qui devrait les protéger.
nkunduburundi démocrate

#158

2013-04-30 07:04

Ewe Burundi waragowe! Ejo hari abafashe ibigwanisho ngo bagomba guhabuza demokarasi n'agateka kuri bose nayo rwari uruhendo! Uyu musi uwobaza abacndd/fdd ico bagwanira ntanyishu yoronka. Kanatsinda uravye ingene bakora aho bahora bamanuka mw'ibarabara gutegera imodoka kugira bice zina mututsi wese urumva ko bashitse kubutegetsi babura iyo baja niyo bava bakabura aho bahera mukurongora igihugu. Mbega ko mbona bamwe bamwe ubu kuva mushitse kubutegetsi mwinuba abazungu iyo birabira hirya mu ngwano mwarimwo na Reta yariho ico gihe ntibaremere ubutegetsi ubu muribaza iyo muba muri? muba mwaratsinze ingwano, muba mukigwana canke muba mwaratsinzwe? Ivya irvyo vyose ntanumwe yashobora kumenya ko muzoba muri kubutegetsi muri 2015 biciye mu matora! Ego nivyo intwaro zariho zari izigikenye none ubu itaniye na zimwe mwagwanya. Nimba ari ubwoko bukora gusa turacagowe Imana impane. Nagira Abahutu bashitse k'ubutegetsi baca berekana ubudasa n'ubutegetsi bw'Abatutsi. Umuntu agiye kubiraba umengo baba abatwaruye canke abatwara ubu umengo mwese mwonse rimwe. Uwabaroze ntiyakaravye! Abatwaruye rero tubareke tuvuge abagezweko. Hariya iyo bategurira imigambi womengo hariho umuntu atakindi ajejwe atari ukurondera ungene asamaza Abarundi m'ukurondera ikintu gituma bose bata ikivi mu kuja mugutuma inzego z'igihugu n'imirwi itandukanye ita umwanya mu bintu bidakenewe nkiryo tegeko ryo kumenyesha amakuru. Hari ibintu bitanu vyategerezwa kuba bizwi ko Uburundi bwubahiriza gusumba ibindi bihugu vyo kwisi none twama turi abanyuma bigaca bikwega ingorane z'ubutunzi. Habuze iki ngo umutekano w'abanyagihugu n'utwabo wubahirizwe (sécurité de la population et de ses biens)? Habuze iki ngo umuntu wese aserure iciyumviro atankomanzi (liberté d'expression)? Habuze iki ngo agateka kazina muntu kubahirizwe (respect des droits de l'Homme)? Habuze iki ngo abanyuruza itunga ry'igihugu bahanwe bimwe vyakarorero (éradication des malversations économiques et financières)? Habuze iki ngo ubucamanza bwigenge koko (indépendance du pouvoir judiciaire)? Hamwe ivyo vyo kubahirizwa Uburundi buca buba i PARADIZO bukaba nyabagendwa yamahoteri yubakwa akaronka ingenzi, abagwiza tunga bakaza ari benshi mu Burundi akazi kakaboneka ubushomeri mu rwaruka bukagabanuka. Jewe ndarindiriye kumenya aho Reta igejeje kuzana ya mahera yi Génève angana n'imiriyaridi 2.400.000.000 USD n'ukuvuga imiriyaridi ibihumbi 3.600.000.000.000 BIF ku myaka ine (2013+2014+2015+2016). Ayo mahera hamwe agaburiwe za miriyoni 8.000.000 z'Abarundi umwe wese yoronka ibihumbi amajana 450.000 BIF n'ukuvuga imiriyoni 2.700.000 BIF kunzu yose irimwo abantu batandatu. Bisigura rero ko Igihugu gitegerezwa kuronka k'umwaka imiliyoni amajana 600.000.000 USD angana n'imiriyaridi amajana 900.000.000.000 BIF. Kugira bishoboke nuko rero abadutwara baja imbere natwe Abanyagihugu tukaja kukivi atavyo gusamara birimwo nko guta umwanya mukutubahiriza bimwe bitanu kandi navyo abenshi batanga amahera menshi arivyo bashimikirako be no kurondera ikiringo kigira gatatu kandi ibiringo vy'umukuru w'igihugu c'UBURUNDI vyanditwe kandi bizwi n'Abarundi be n'amakungu ari bibiri gusa, icanyuma kikazohera itariki 26-08-2015. Akabona agiyeho ubwa gatatu amenye ko azoba atanguje ikindi kiringo c'ihirika ry'ubutegetsi ku nguvu baho abazobigira nabo akaba bari mubo vyamana imisi yose bamukikije.
Ndasavye rero ntakamba tube dushiraho amategeko ashobora kwemezwa na ONU. Ahubwo tuyisabe yame hafi yacu iduterere ivyiyumviro ku yandi mategeko numwa akabije ariko araza nkirya CVR, Société Civile, Manifestations publiques, Loi CENI, Constitution kuko iyo bituritse amakungu mbona ariyo yita mu ziko mukuzimya umuriro twebwe nyene tuba twakije.


Visiteur

#159 Mots à WIYOTS'IKI

2013-04-30 08:58

WIYOTS'IKI (http://www.reverbnation.com/paskl/songs#)

Wiyots'iki, mutegetsi, iyi ndirimbo ni rwawe

Igihe navuga "BAZORIRA", wagira ngo ninde Mbarira?


(Verse 1)

Wiyotsa iki mutegetsi

Wiyotsa iki mushinga mateka

Wiyotsa iki mukenguza mateka

Wiyotsa iki mushikiranganji

Wiyotsa iki muyobozi

Wiyotsa iki mushingwantwaro

Wiyotsa iki munyapolitike

Wiyotsa iki muvyukuri wiyotsa iki

wiyotsa iki utinya ko kija ahabona

Wiyotsa iki ushaka kiba akamizwe n'ingoma

Wiyotsa iki kigutera ubwoba

Wiyotsa iki ugerako ugasha

Wiyotsa iki wiyotsa iki


(Churus)

Ubwo si ryatunga ry'igihugu wam'usahura

Ubwo si babanyagihugu wama ukubagura

Ubwo si zanzirakarengane uguma utoteza

Wiyotsa iki vugisha ukuri wiyotsa iki Mutegetsi

tubarire tubarire twumve

Wiyotsa iki vugisha ukuri wiyotsa iki Mutegetsi


(Verse 2)

None nk'abo bamenyesha makuru

ubahora iki nimba ataco wiyotsa

Utinya iki muvyo bashikiriza

n'iki udashaka ko bagaragaza

coba ari igiki kikumaramaza

Bwoba ari bwabunyonyezi bugutera isoni

canke yamihambi igayitse ukorera munguni

Wiyotsa iki kigutesha umutwe

Muvyukuri wiyotsa iki wiyotsa iki Kikuraje ishinga

Wiyotsa iki kigutesha ibanga

wiyotsa iki Kikuraza maso wiyotsa iki

Kiguharika amaraso wiyotsa iki wiyotsa iki


(Chorus)

Ubwo si ryatunga ry'igihugu wam'usahura

Ubwo si babanyagihugu wama ukubagura

Ubwo si zanzirakarengane uguma utoteza

Wiyotsa iki vugisha ukuri wiyotsa iki Mutegetsi

tubarire tubarire twumve

Wiyotsa iki vugisha ukuri wiyotsa iki Mutegetsi


(Bridge)

Ibuka ugihinda agashitsi utarashikira ubutegetsi

Ukuntu utacana uwaka n'abategetsi

Nikangahe abamenyesha makuru

bahowe kuguha ijambo

kandi bariko bakora azi kabo

Wibagira vuba wibagira vuba

Reka abo bamenyesha amakuru bikorere

erega abanyagihugu barakeneye kumenya

=============================

Written & Recorded by: Pascal M

Produced by: Dj Daddy

Visiteur

#160

2013-04-30 09:54

je considère cette loi tant décrier par la communauté nationale et internationale de nulle et non avenue .je crois que les medias et les journalistes ne se plieront jamais à cette loi liberticde
nkunduburundi democrate

#161

2013-04-30 11:18

Hemwe dupinge: Ukabona Umukuru w'Igihugu adashize umukono kuri rirya tegeko nzoguha ikintu! Mbega baba JENERO batanu badutegeka boba bagiye he? Ariko bakabona arishize ko umukono ce sera le début de la fin! Baravuga ngo une fois ça passe (2005); 2 fois ça lasse (2010) et 3 fois ça casse (après 2015). Hamwe atorisinya nomusabira akaronka ca kiringo ca gatatu???????!!!!!!!!!!!!

Visiteur

#162

2013-04-30 11:19

Les parlements et les senateurs burundais le fait qu'ils ont fait pour voter ce projet de loi retrograde sur la presse au Burundi est d'encourager les maux comis par des grands dignitaires qui sont au pouvoir aujourd'hui pensant qu'ils resteront ainsi indefinitivement.

Visiteur

#163

2013-04-30 12:43

Nous ne pouvons pas accepter de marcher: pas en arrière; en arrière marche; dans un pays luttant pour le droit d'expression.
Patriote

#164 25

2013-05-01 00:55

On a marre de ce qui se passe dans notre pays.Bamenye ko batazohora kubutegetsi,twarabibonye aho bugara amaradioyo,bimaze kubatekurukana bakayakanurira amaso.bazojahe niyo bava kubutegetsi?ivyo bakora bizobagarukako.barukarishe ruzobahwata.ndazi neza ko iryo tegeko ritazokwijana nka ya soko n'ibindi vyose bibaza ko tutazi.umukuru w'igihugu amenye ko ariwe atukwa ibiba mugihugu kandi abarundi turamusavye ntashigikire abagipfukamye munda.

Visiteur

#165

2013-05-01 01:52

Que les pouvoirs sachent réaliser à juste mesure que cette loi réprimerait plus qu-elle n-avantagerait aucun secteur dans la vie d-une nation. Le choix est clair, au parti au pouvoir d-en endosser. L-HISTOIRE EST LIMPIDE, ELLE NE PASSE PAS A CÔTE. Avec regard et tristesse en cette période difficile,...que le Premier de notre chère patrie en ce jour puisse, avec la lumière très bien éclairante, choisir le bien ou le mal, les autres jugeront. Courage. Respectueusement.

Visiteur

#166

2013-05-01 11:56

NON A LA DICTATURE.VIVE LA LIBERTÉ DE PRESSE
Choisir un pseudonyme

#167 Sujet

2013-05-01 16:19

When Obama was on the point of promulgating the Health Care Legislation, the Republicans, the Health Care Insurances, the anti-Obamas and their lobbies were crying loudly, misinforming the opinion that if the Health Care legislation passes, the stars should fall on the USA and everything should stop. This was the song in the USA.
However , just after enactment of this law, president Obama himself looked up in the sky to see the sky falling on him and on the USA as his opponents predicted, surprisingly there was no change: everything still OK.
More importantly, Obama was elected for the second term after passing this controversial law in the history of the USA.

Will really all these tremendously terrifying things that we’re hearing here and there in the media happen in Burundi after putting the last signature on this press law by the president?

Visiteur

#168 Re: Sujet

2013-05-01 19:20

#167: Choisir un pseudonyme - Sujet

Yes.  Preventing the press from reporting on and investigating the activities of a governmnent that has killed hundreds of opposition party members,  left thousands in prison for sometimes years without processing them, acted with impunity, robbed the country of its foreign aid sent for rebuilding, has shot at and jailed media against the law and threatened to kill their families, all in violation of the constituion and international treasties is not even in the same universe as passing a health care bill.  What a ridiculous and uninformed analogy.  And your US money is paying for all this too.


Visiteur

#169

2013-05-02 03:01

It is very ridiculous to see our country making steps back and denying the democracy and the right of speech to our people. Our Gvrt has chosen the criminality , corruption and intimidation as right way of ruling but they need to know that one day they will be accountable to all Burundians.

United we will win

Ce message a été supprimé par son auteur (Montrer les détails)

2013-05-05 15:54



Visiteur

#171

2013-05-14 14:13

Le peuple Burundais a le droit d'avoir des informations sur tout ce qui se passe sur l'nsemble de son territoire. Des infos fiables de sources bien analysées sont recueillies et transmises par des vrais représentants du peuple,donc des journalistes.

Visiteur

#172

2013-05-23 16:12

NKURUNZIZA Joachim ndumurundi yanka akarenganyo aba ibujumbura. turababajwe nagacinyizo kariko kagirirwa abamenyeshamakuru, kubwiwanje ngereranya ivyiyumviro vyabateguye nabemeje riryategeko: " nkabamwe bategura kwica yezu bamuziza ubusa baziko atazosubira kuboneka bakagirako uruhafu rwiwe bakarushirako igitandara cibuye kugira ntazoveyo" kurivyo rero twagire turemeshe abamenyesha makuru kobazotsinda urugamba barimwo kuko atacobazira atarugushira ahabona ibibera mugihugu.

Nogereranya kandi ivyiyumviro vyabateguye bagatora itegeko nkivyiyumviro " vyumugabo afise ingeso yugukubita nyina wabana hanyuma agashaka gutegeka abana ngontibavuge konyina wabo akubitwa canke atotezwa nase wabo akabategeka bavugako babanye neza "

Visiteur

#173

2013-05-27 12:19

la loi votée fait reculer notre pays au moins d'une trentaine d'année en arrière ,
l'image du pays est entâchée une fois de plus par ceux qui devraient travailler pour le bien être de la population , au lieu de voler au ssecours de cette population très pauvre ,ils commettent des bavures , nous leur demandons d'aller vraiement se ressourcer auprès des donneurs de lécons de démocratie , comme ça ,ils apprendront comment diriger ce pays et s'occuper des vraies problèmes que le pays connait :l'emploi sans discrimation ,le logement , la lutte contre la puvrété, Au Président de la République, nous lui demandons d'user ses Pouvoirs pour sortir ce pays dans cette misère; comme quelques fois, il utilise le modèle du Rwanda, nous lui recommandons qu'il observe les pas franchi par le Rwanda voisin, etc......