NON AU PROJET DE LOI RETROGRADE SUR LA PRESSE AU BURUNDI


Visiteur

/ #98

2013-04-26 11:38

Abashingamateka bafashe ingingo z'uko abatize kaminuza baja kwiga bazi neza ko mu guha akazi umukozi bababona neza ko agashoboye, kugira umuntu abe umukozi abanza kugira stage ya 6 mois, basanze atakazi ashoboye baramwirukana, none umukozi amaze imyaka n'imyaka afise cotation nziza yoba adashoboye akazi gute, ikindi Leta yafashe ingingo ko kugira wige kaminuza ubwirizwa kuba waratoye Extat none barashizeho Kaminuza bazojamwo.