Saido Ntibazonkiza pour le CAN 2019 Egypte

Saido Ntibazonkiza yarakoze amakosa, yarahanywe bikwiye kutemererwa gukinira umugwi nserukira gihugu imyaka itari mike.

Yarasavye ikigongwe Uburundi n'Abarundi kandi aranasaba ko yojana nabandi guserukira igihugu muri Egypte.

Twihweje neza ukuntu yamye yitaho kugwanira igihugu camwibarutse imbere yuko akora amakosa benshi tutigeze tunamenya neza, akaba yaranasavye ikigongwe. NABABARIRWE, ntawudakorasha.

SIGNATURE YAWE = Jewe nk'Umurundi, nipfuriza ivyiza igihugu canje,    NDAMUBABARIYE KANDI NDIFUZA KO YONSERUKIRA MURI EGYPTE.

MERCI POUR VOTRE SIGNATURE

THANK YOU FOR YOUR SIGNATURE

 

ANTIBAZONKIZA_SAIDO.jpgoeil-de-saido.jpg